IMYIMENYEREZO Ingene nokoresha neza amahera yanje VUZA Uwu mwimenyerezo uragufasha kudasesagura amahera. Voma Ibiganiro bifitaniye isano Imyimenyerezo Imiyabaga n’abageze mu bigero Raba kandi URWARUKA RURIBAZA Ni gute nokoresha neza amahera yanje? Vyoba birashika ukinjira mu mangazini ugiye kuratira ijisho gusa, mugabo ugasohokana ikintu kizimvye? Nimba vyaragushikiye, iki kiganiro ni rwawe. IVYO URUNGANWE RWAWE RUVUGA Abakiri bato baravuga ibijanye n’amahera Raba impanuro zijanye no kuziganya amahera, kuyakoresha no kuyabona mu buryo bubereye. IBISIGURWA BARIKO BARABICAPA Ukuntu wokoresha neza amahera yawe Nukoreshe neza amahera ufise ubu kugira uzoyikoreko niwayakenera. INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA Bibiliya yoba ishobora kumfasha mfise ingorane z’amahera n’amadeni? Amahera ntashobora kugura agahimbare, ariko hariho ingingo ngenderwako zine zo muri Bibiliya zishobora kugufasha mu bijanye n’amahera. IBINDI BIGANIRO Ingene wobeshwaho na bike Igihe bishitse ivyo wahora ukora kugira uronke ikikubeshaho bigahagarara, urata umutwe. Naho biri ukwo, Bibiliya irimwo ivyiyumviro vyogufasha kubeshwaho na bike. Rungika Rungika Ingene nokoresha neza amahera yanje IMYIMENYEREZO Ingene nokoresha neza amahera yanje Ikirundi Ingene nokoresha neza amahera yanje https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/502017204/univ/art/502017204_univ_sqr_xl.jpg