Ivyogufasha kwiga
Nuvome aya mayagwa yo kwiga maze uyakoreshe mu kwiga igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? Nusuzume ivyo wemera n’ivyo Bibiliya yigisha urabe n’ingene wosigurira abandi ivyo wemera.
IKIGABANE CA 1
Ukuri kwerekeye Imana ni ukuhe? (Igice ca 1)
Wokwishura gute hagize uwuvuga ngo “Ingorane zishikira abantu babi ni igihano c’Imana”?
IKIGABANE CA 1
Ukuri kwerekeye Imana ni ukuhe? (Igice ca 2)
Vyoba bishoboka vy’ukuri ko uba umugenzi w’Imana?
IKIGABANE CA 2
Bibiliya ni igitabu kiva ku Mana (Igice ca 1)
None ko abantu ari bo banditse Bibiliya, bishoboka gute ngo ibe ‘igitabu kiva ku Mana’?
IKIGABANE CA 2
Bibiliya ni igitabu kiva ku Mana (Igice ca 2)
Hariho umuce uhambaye ukura amazinda kuruta iyindi yose ko Bibiliya iva ku Mana.
IKIGABANE CA 3
Ni umugambi uwuhe Imana ifitiye isi? (Igice ca 1)
Imana yoba yari yarateguye ko ibintu bimera nk’uko biri ubu?
IKIGABANE CA 3
Ni umugambi uwuhe Imana ifitiye isi? (Igice ca 2)
Nimba Imana ifise umugambi w’uko isi iba Iparadizo, kubera iki none ubu isi itari Iparadizo?
IKIGABANE CA 3
Ni umugambi uwuhe Imana ifitiye isi? (Igice ca 3)
Imana yoba yiteze ko abantu bazotorera umuti ingorane ziri kw’isi?
IKIGABANE CA 4
Yezu Kristu ni nde? (Igice ca 1)
Wokwishura gute umuntu avuze ko Yezu yari umuntu ameze neza gusa?
IKIGABANE CA 5
Incungu ni ingabirano ihambaye kuruta izindi Imana yatanze (Igice ca 1)
Vyoba bishoboka ko tuba ababereye kurokorwa biciye ku bikorwa biranga ukwizera?
IKIGABANE CA 5
Incungu ni ingabirano ihambaye kuruta izindi Imana yatanze (Igice ca 2)
Ni gute urupfu rw’umuntu haciye imyaka ibihumbi apfuye rushobora kugira ico rukoze ku buzima bwawe ubu?
IKIGABANE CA 6
Abapfuye bari hehe? (Igice ca 1)
Boba bari mu kandi karere? Boba bariko baraturirirwa mu muriro udahera?
IKIGABANE CA 6
Abapfuye bari hehe? (Igice ca 2)
Urupfu rwoba ruri mu bintu bitegerezwa kudushikira mu buzima?
IKIGABANE CA 7
Icizigiro nyakuri ku bawe bapfuye (Igice ca 1)
Igihe umuntu atuntuye, ntibisigura ko atizera izuka?
IKIGABANE CA 7
Icizigiro nyakuri ku bawe bapfuye (Igice ca 2)
Wokwishura gute umuntu avuze ko kwemera ko hazoba izuka ari indoto nsa?
IKIGABANE CA 8
Ubwami bw’Imana ni iki? (Igice ca 1)
Kubera iki abami bazoganza mw’ijuru Imana yorinda kubatora mu bantu kandi ifise abamarayika benshi cane b’abizigirwa yobatoramwo?
IKIGABANE CA 8
Ubwami bw’Imana ni iki? (Igice ca 2)
Ni ibiki bumaze gukora? Ni ibiki buzokora muri kazoza?
IKIGABANE CA 9
Twoba turi mu “misi ya nyuma”? (Igice ca 1)
Hari abo bigora kwemera ko turi mu misi ya nyuma. Ni ibiki bituma wemera ko turiko turegereza iherezo ry’iyi si?
IKIGABANE CA 9
Twoba turi “mu misi ya nyuma”? (Igice ca 2)
Hari ibintu vyiza Bibiliya ivuga ku bijanye n’imisi ya nyuma.
IKIGABANE CA 10
Ukuntu abamarayika bagira ico bakoze kuri twebwe (Igice ca 1)
Abamarayika boba babaho? Hoba hariho abamarayika babi? Raba inyishu muri iki kiganiro.
IKIGABANE CA 10
Ukuntu abamarayika bagira ico bakoze kuri twebwe (Igice ca 2)
Kugerageza kuvugana n’imizimu hoba hari ico bitwaye?
IKIGABANE CA 11
Ni kubera iki Imana ireka abantu bagashikirwa n’imibabaro? (Igice ca 1)
Ko Imana ari Mushoboravyose, none si yo yobazwa ibintu bibi vyose bidushikira?
IKIGABANE CA 11
Kubera iki Imana ireka hakaba imibabaro? (Igice ca 2)
Bibiliya iratanga inyishu itomoye kandi ikora ku mutima kuri ico kibazo gitesha umutwe.
IKIGABANE CA 12
Tubeho mu buryo buhimbara Imana (Igice ca 1)
Woba ushobora kuba umugenzi w’Imana? Nusuzume ivyo wemera n’igituma uvyemera, wongere usuzume ivyo Bibiliya yigisha.
IKIGABANE CA 12
Tubeho mu buryo buhimbara Imana (Igice ca 2)
Twoba twohimbara Imana naho Shetani yoba ariko araduteza ingorane?
IKIGABANE CA 12
Tubeho mu buryo buhimbara Imana (Igice ca 3)
Kubaho wisunga impanuro zo muri Bibiliya bisaba akigoro. Ako kigoro koba gakenewe?
IKIGABANE CA 13
Nubone ubuzima nk’uko Imana ibubona (Igice ca 1)
Ubuzima ni ingabire iva ku Mana. Twokwerekana gute ko twubaha ubuzima bwacu n’ubw’abandi?
IKIGABANE CA 13
Nubone ubuzima nk’uko Imana ibubona (Igice ca 2)
Uretse ko iki kiganiro kigufasha gusuzuma ivyo wemera ku bijanye no guterwa amaraso be n’uburyo bwo kuyakoresha, kiragufasha no kumenya uko wobisigurira abandi.
IKIGABANE CA 14
Ukuntu wogira agahimbare mu rugo (Igice ca 1)
Ni igiki gituma mu rugo harangwa agahimbare? Suzuma ivyo wemera, usuzume ivyo Bibiliya yigisha wongere usigurire abandi ivyo wemera ukoresheje uwu mwimenyerezo.
IKIGABANE CA 14
Ukuntu wogira agahimbare mu rugo (Igice ca 2)
Abavyeyi n’abana bashobora gute kwigana akarorero ka Yezu? Nusuzume ivyo wemera be n’ico Bibiliya ivuga.
IKIGABANE CA 15
Uburyo bwo gusenga bushimwa n’Imana (Igice ca 1)
Imana yoba yemera amadini yose? Nimba itayemera yose, womenya gute idini ry’ukuri? Nusuzume ivyo Bibiliya yigisha uce usuzuma n’ivyo wemera.
IKIGABANE CA 15
Uburyo bwo gusenga bushimwa n’Imana (Igice ca 2)
Kwemera Imana vyonyene vyoba bihagije kugira idushime? Canke hariho ibindi isaba abasavyi bayo?
IKIGABANE CA 16
Nushikame ku gusenga kw’ukuri (Igice ca 1)
Imana yoba yemera ko duhimbaza imisi mikuru y’ivuka, imisi mikuru yo mu madini, canke ko dukoresha ibishusho mu gusenga? Bibiliya ibivugako iki?
IKIGABANE CA 16
Nushikame ku gusenga kw’ukuri (Igice ca 2)
Wosigurira gute abandi ivyo wemera ubigiranye ukwiyubara kandi ukerekana ko wubaha ivyiyumviro vyabo?
IKIGABANE CA 17
Niwiyegereze Imana mw’isengesho (Igice ca 1)
Ushobora gute kuba umugenzi w’Imana? Womenya gute ko yumviriza amasengesho yawe?
IKIGABANE CA 17
Niwiyegereze Imana mw’isengesho (Igice ca 2)
Raba ivyo Bibiliya ivuga ku bijanye n’ingene twosenga be n’umwanya twosengerako.
IKIGABANE CA 17
Niwiyegereze Imana mw’isengesho (Igice ca 3)
Bibiliya itwigisha ko Imana yishura amasengesho mu buryo butandukanye. Yishura gute amasengesho yawe kandi iyishura ryari?
IKIGABANE CA 18
Ibatisimu be n’ubucuti ugiranira n’Imana (Igice ca 1)
Kubera iki kubatizwa ari igisabwa ku mukirisu? Ni igiki gikwiye gutuma abakirisu babatizwa?
IKIGABANE CA 18
Ibatisimu be n’ubucuti ugiranira n’Imana (Igice ca 2)
Ni intambwe izihe umuntu ategerezwa gutera imbere yo kwiyegurira Imana? Ukwiyegura bigira ico bikoze gute ku ngingo zose afata?
IKIGABANE CA 18
Ibatisimu be n’ubucuti ugiranira n’Imana (Igice ca 3)
Umukirisu yiyeguriye Imana asabwa iki? Kandi ni kubera iki abakirisu bakunda Imana vy’ukuri bokwizigira ko bazobaho bisunga ukwiyegura kwabo?
IKIGABANE CA 19
Nugume mu rukundo rw’Imana (Igice ca 1)
Wokora iki kugira ugume ufitaniye na Yehova ubucuti bwa hafi? Aya mayagwa afasha kwiga Bibiliya arashobora kugufasha gusuzuma ivyo wemera no kubisigurira abandi.
IKIGABANE CA 19
Nugume mu rukundo rw’Imana (Igice ca 2)
Umaze kumenya ukuri kwerekeye Imana, ni igiki cogufasha kwigumiza mu rukundo rw’Imana no kuguma uyiyegereje?