Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Honduras

  • I Copán muri Honduras: Ivyabona bariko baratanga igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?

Honduras: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 9.727.000
  • Abigisha Bibiliya: 21.646
  • Amashengero y’Ivyabona: 418
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 452

BE MASO!

Tuje muri Honduras

Niwirabire imico yo muri ico gihugu co muri Amerika yo Hagati.