Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Suwede

  • I Trosa muri Suwede: Ivyabona bariko baratanga agatabu gashingiye kuri Bibiliya kw’ibarabara

  • I Stockholm, muri Suwede: Icabona ca Yehova ariko arasaba umushoferi w’itagisi ko bokwiga Bibiliya. Ni sasita z’ijoro kubera ko bari mu gihe izuba rirenga ritevye

Suwede: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 10.541.000
  • Abigisha Bibiliya: 22.454
  • Amashengero y’Ivyabona: 280
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 472