Ukraine: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 41.130.000
- Abigisha Bibiliya: 109.375
- Amashengero y’Ivyabona: 1.234
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 391
NUGUME URI MASO!
Umwaka uraheze intambara yo muri Ukraine itanguye: Ni icizigiro ikihe Bibiliya itanga?
Raba icizigiro Bibiliya itanga ku bijanye n’ingene intambara zigiye kuvaho.
AMAKURU AGEZWEHO
Igikorwa kiranga urukundo
Uburusiya bwarateye Ukraine—Ubuhanuzi bwo muri Bibiliya bwoba buriko buraranguka?
Nimba ari ukwo, Bibiliya yoba yerekana ingene ivyo vyose bizorangira?
NUGUME URI MASO!
Idini n’intambara muri Ukraine: Bibiliya ibivugako iki?
Abakuru b’idini bo muri Ukraine n’abo mu Burusiya bariko baragira uruhara muri iyo ntambara mu buryo butandukanye cane n’ivyo Yezu yigishije abigishwa biwe.