BE MASO! Ntwarante 2014 | Inkuru itazwi yerekeye irema

Ivyo Bibiliya ivuga ku bijanye n’irema biratandukanye cane n’ivyo abantu benshi biyumvira ko ivuga.

Udukuru tw’irya n’ino

Muri utwo dukuru harimwo utwerekeye: nyamugigima ifitaniye isano n’ugukura amazi mu kuzimu, igihugu gisigaye gisohora amahera menshi gusumba ibindi mu ngendo zo mu mahanga, n’igihugu cabujije amasashe.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Inkuru itazwi yerekeye irema

Inkuru yo muri Bibiliya yerekeye irema yoba ihuje n’ivyo abahinga bashitseko?

TWISUNZE BIBILIYA

Amahera

Amahera yoba vy’ukuri ari wo muzi w’ibibi vyose?

IBIHUGU N’ABABIBAMWO

Tuje muri Salvador

Niwirabire ivyerekeye abantu b’umutima mwiza bo mu “Gihugu c’ibirunga.”

Amosozi yacu ni agatangaza

Amosozi yacu aradutandukanya n’ibikoko. Uti gute?

ICOFASHA UMURYANGO

Igihe ivyo wari witeze mu mubano bitarangutse

Umubano wanyu woba usigaye uwubona nk’agasho aho kuba isôko ry’umunezero? Hari ibintu bitanu bishobora kubafasha.

VYOBA VYARIYADUKIJE?

Urushato rw’inzoka

Ni igiki gituma urushato rw’inzoka rukomera ku buryo yurira ibiti bifise ibishishwa bigumye canke igaca mu musenyi ugenda urayiharura?

Ibindi usanga kuri internet

Wokora iki ngo ureke kuba nzobandabikora?

Raba impanuro z’ingene umuntu yoreka kuba nzobandabikora!

Ivyo abakiri bato bavuga ku bijanye no kwoshwa ngo uje mu buhumbu

Umviriza ivyo abakiri bato batanu bavuga ku bijanye no kubuzwa amahoro be n’ico umuntu yokora ivyo bishitse.