UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Ntwarante 2024
Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 6 Rusama–9 Ruheshi 2024.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 9
Woba witeguriye kwiyegurira Yehova?
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 6-12 Rusama 2024.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 10
‘Nugume ukurikira’ Yezu n’inyuma y’ibatisimu
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 13-19 Rusama 2024.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 11
Niwumireko naho woshikirwa n’ibiguca intege
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 20-26 Rusama 2024.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 12
Niwirinde umwiza, ugume mu muco
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 27 Rusama–2 Ruheshi 2024.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 13
Nuhere amazinda ko Yehova agushima
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 3-9 Ruheshi 2024.
Kubabarira ibicumuro imbere y’uko incungu itangwa
Yehova yari kubigira gute atarinze guhonyanga ubutungane bwiwe?