Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
◼ Impwemu nyeranda yoba ari umuntu? Raba urupapuro rwa 4 gushika ku rwa 7.
◼ Imana yoba idusaba ivyo tudashoboye? Raba urupapuro rwa 10.
◼ Vyoba bishoboka ko umuhakanamana yizera ko hariho Umuremyi? Raba urupapuro rwa 11 gushika ku rwa 14.
◼ Wa Mubesheranyi yoba abaho koko? Raba urupapuro rwa 15.
◼ Ni igiki dushobora kwigira ku bijanye n’urugamba intumwa Petero yarwanye kugira ngo atsinde ubwoba n’ugukekeranya? Raba urupapuro rwa 21 gushika ku rwa 25.