UMUNARA W’INDERETSI Nyakanga 2014 | Abantu boba bazokwonona isi ubutakivayo?
Twokora iki kugira ngo ntitwonone isi ubutakivayo?
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Abantu boba bazokwonona isi ubutakivayo?
Bibiliya ntiyari yaravuze gusa yuko isi yokwononekaye muri iki gihe, ariko kandi yaravuze n’icokurikiye.
Amategeko Imana yahaye Abisirayeli yoba yarimwo ubutungane?
Ingingo zine zafasha abacamanza bo muri Isirayeli guca imanza.
INKURU Y’UBUZIMA
Narironkeye ivyiza vyinshi mu gukorera Imana
Haraciye imyaka 65 Peter Carrbello ashikiwe n’ikintu catumye ubuzima bwiwe buhindura intumbero.
Bibiliya yitwa Peshitta iratanga umuco kuri kahise k’amabibiliya ya kera
Iyo Bibiliya ya kera irerekana yuko Bibiliya zimwezimwe zo muri kino gihe zirimwo imirongo itari mu vyandikano vya kera.
Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
Twoba dukwiye gusenga abamarayika kugira badufashe?
Ibindi usanga kuri internet
Ubwami bw’Imana ni iki?
Rimbura igituma intwaro y’Imana iruta izindi ntwaro zose.