9
Itaberenakulo n’Umuherezi mukuru
Itaberenakulo irangira
-
1 Isandugu (Kv 25:10-22; 26:33)
-
2 Irido (Kv 26:31-33)
-
3 Inkingi y’irido (Kv 26:31, 32)
-
4 Aheranda (Kv 26:33)
-
5 Aheranda Rwose (Kv 26:33)
-
6 Igikingirizo (Kv 26:36)
-
7 Inkingi y’igikingirizo (Kv 26:37)
-
8 Icicaro kinogoye c’umujumpu (Kv 26:37)
-
9 Igicaniro c’imibavu (Kv 30:1-6)
-
10 Imeza y’imikate yerekanwa (Kv 25:23-30; 26:35)
-
11 Igitereko c’amatara (Kv 25:31-40; 26:35)
-
12 Igitambara c’ihema c’ilino (Kv 26:1-6)
-
13 Igitambara c’ihema c’ubwoya bw’impene (Kv 26:7-13)
-
14 Igipfukisho c’inshato z’impfizi z’intama (Kv 26:14)
-
15 Igipfukisho c’inshato z’ivyogaruzi (Kv 26:14)
-
16 Ikizingiti (Kv 26:15-18, 29)
-
17 Icicaro kinogoye c’ifeza co munsi y’ikizingiti (Kv 26:19-21)
-
18 Igihindizo (Kv 26:26-29)
-
19 Icicaro kinogoye c’ifeza (Kv 26:32)
-
20 Ikibesani c’umujumpu (Kv 30:18-21)
-
21 Igicaniro c’ishikanwa riturirwa (Kv 27:1-8)
-
22 Ikigo (Kv 27:17, 18)
-
23 Ubwinjiriro (Kv 27:16)
-
24 Ibitambara bimanitse vy’ilino (Kv 27:9-15)
Umuherezi mukuru
Kuvayo ikigabane ca 28 haradondora neza impuzu z’umuherezi mukuru wo muri Isirayeli
-
Igitambara co mu mutwe (Kv 28:39)
-
Ibuye rya onigisi (Kv 28:9)
-
Umunyororo (Kv 28:14)
-
Akambarwa ko ku gikiriza ko guca urubanza kariko amabuye y’agaciro 12 (Kv 28:15-21)
-
Umwitero utagira amaboko w’ubururu (Kv 28:31)
-
Umubuga w’udukengeri n’amakomamanga (Kv 28:33-35)
-
Ikanzu y’ilino nziza y’udukarokaro (Kv 28:39)