4-B
Ibintu nyamukuru vyabaye mu buzima bwa Yezu bwo kw’isi—Intango y’ubusuku bwa Yezu
IGIHE |
IKIBANZA |
IVYABAYE |
MATAYO |
MARIKO |
LUKA |
YOHANI |
---|---|---|---|---|---|---|
29, mu gatasi |
Uruzi Yorodani, kumbure i Betaniya canke hafi yaho |
Yezu arabatizwa akarobanurwa; Yehova aravuga ko ari Umwana wiwe be n’uko amushima |
||||
Agahinga k’i Yudaya |
Ageragezwa na Shetani |
|||||
Betaniya hakurya ya Yorodani |
Yohani Umubatizi avuga ko Yezu ari Umwagazi w’intama w’Imana; abigishwa ba mbere barifatanya na Yezu |
|||||
Kana h’i Galilaya; Kaperinawumu |
Igitangaro ca mbere ku bugeni, ahindura amazi umuvinyu; aja i Kaperinawumu |
|||||
30, Pasika |
Yeruzalemu |
Ahumanura urusengero |
||||
Aganira na Nikodemu |
||||||
Yudaya; Ayinoni |
Aja mu misozi ya Yudaya, abigishwa biwe babatiza; Yohani ashingira Yezu intahe ubwa nyuma |
|||||
Tiberiya; Yudaya |
Yohani apfungwa; Yezu avayo akaja i Galilaya |
|||||
Sikara, muri Samariya |
Ariko aja i Galilaya, arigisha Abasamariya |