Ukwiyumanganya; ukwihangana
Yehova yerekanye gute ko yihangana?
Raba kandi Neh 9:30
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
Yr 7:23-25—Yehova yarerekanye ukuntu incuro n’izindi yihanganiye cane abasavyi biwe bamugambarariye
2Pt 3:3-9, 15—Intumwa Petero yarasiguye igituma Yehova yihanganye cane, yongera avuga ko Yehova atazoguma yihanganye
Kubera iki dukwiye kwihangana?
Img 25:15; Ef 4:1-3; 2Tm 2:24, 25; 4:2
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
It 39:19-21; 40:14, 15, 23; 41:1, 9-14—Naho Yozefu yagurishijwe kugira abe umushumba yongera arapfungwa imyaka myinshi mu Misiri ku karenganyo, yarihanganye yongera agumana ukwizera
Heb 6:10-15—Intumwa Pawulo yarakoresheje akarorero ka Aburahamu mu kwigisha abakirisu akamaro ko kwihangana